Urashobora gufasha kuzana umutekano mu kibano cawe mu gutanga raporo ijanye n’amabi kandi rwihishwa canke inyifato ziteye amakenga ukabikora ku murongo w’ingurukana bumenyi. Ibuka, agace kose k’amakuru karafasha –urashobora kuba ufise agace k’amakuru kari gakenewe kugira haboneke umuti umara ubugizi bwa nabi!

Ifatanye n’ibihumbi vy’abanya Oslariya y’uburengero bamaze kwakura Abahagarika Ubugizi bwa nabi mu gutanga raporo y’amakuru nyayo afasha Inyamiramabi za WA kugira amatohoza y’ubugizi bwa nabi. Hamwe n’ivyo, urashobora guhamagara umuhoora wacu w’ubuntu, 1800 333 000, ku gutanga amaraporo.